Zaburi 44:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bivuye kw’ijwi ry’uwusigana iceyi kandi agatukana,Kubera umwansi be n’uwihora+. Yesaya 51:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+.
7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+.