Ivyakozwe 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+.
29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+.