ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi abantu bazokwinjira mu masenga y’ibitandara no mu binogo vyo mu mukungugu kubera inguvu ziteye ubwoba za Yehova, bahunge ubwiza bwakaka bw’ubukuru bwiwe+, niyahaguruka kugira ngo isi iranduke umutima+.

  • Hoseya 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi ibibanza bikirurutse* vya Beti-aveni+, igicumuro ca Isirayeli+, bizozimanganywa koko. Amahwa n’ibitovu+ bizomera ku bicaniro vyabo+. Abantu bazobwira vy’ukuri imisozi bati: ‘Nimudupfuke!’, babwire n’imirambi bati: ‘Nimutugweko+!’

  • Ivyahishuwe 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi baguma babwira nya misozi na nya bitandara ngo: “Nimutugweko+ muduhishe amaso y’Umwe yicaye ku ntebe y’ubwami+ n’uburake bwa wa Mwagazi w’intama+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika