Yohani 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+. Ivyakozwe 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kandi ndafise icizigiro+ ku Mana, ari na co cizigiro aba na bo nyene bafise, yuko hagiye kubaho izuka+ ry’abagororotsi+ n’abatari abagororotsi+.
29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+.
15 kandi ndafise icizigiro+ ku Mana, ari na co cizigiro aba na bo nyene bafise, yuko hagiye kubaho izuka+ ry’abagororotsi+ n’abatari abagororotsi+.