ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 26:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Abapfuye bawe bazobaho+. Ikiziga canje—bazovyuka+. Ikangure mwihe akamo k’umunezero, yemwe ababa mu mukungugu+! Kuko ikime+ canyu ari nk’ikime c’uduti tw’imyora+, kandi isi izorekura barya ata co bashoboye mu rupfu bavuke+.

  • Daniyeli 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi benshi mu basinziriye mu butaka bazokwikangura+, bamwe bikangurire ubuzima bw’igihe kitagira urugero+, abandi na bo bikangurire umugayo n’ukuzinukwa kw’igihe kitagira urugero+.

  • Matayo 22:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nayo ku vyerekeye izuka ry’abapfuye, mbega ntimwasomye ivyo mwabwiwe n’Imana+ ngo:

  • Yohani 5:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ntimutangazwe n’ico, kuko isaha igira igere, aho abari mu mva*+ bose bazokwumva ijwi ryiwe

  • Yohani 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yezu amubwira ati: “Ni jewe zuka n’ubuzima+. Uwunyizera, naho yopfa, azoba muzima+;

  • Ivyahishuwe 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mbona abapfuye, abahambaye n’abato+, bahagaze imbere ya nya ntebe y’ubwami, maze imizingo irazingururwa. Mugabo uwundi muzingo urazingururwa; ni wo muzingo w’ubuzima+. Abapfuye bacirwa imanza hisunzwe ibintu vyanditswe muri nya mizingo nk’uko ibikorwa vyabo biri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika