Luka 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira hanyuma arabimanyagura, aca atangura kubiha abigishwa ngo babishire imbere ya nya sinzi+.
16 Maze atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira hanyuma arabimanyagura, aca atangura kubiha abigishwa ngo babishire imbere ya nya sinzi+.