Zaburi 119:99 Bibiliya y’isi nshasha 99 Nsigaye ndusha abigisha banje bose ugutahura kwimbitse+,Kuko ivyibutsa vyawe ari ikintu nitwararika+. Matayo 7:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Hanyuma Yezu arangije ayo majambo, amasinzi ajorezwa+ n’uburyo yigisha; Mariko 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abantu bajorezwa n’uburyo yigisha+, kuko yabigisha nk’uwufise ububasha, atari nka ba banditsi+. Yohani 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abayuda baratangara rero, bavuga bati: “Uyu muntu yamenye gute ivy’indome+, kandi atize mu mashure+?”
99 Nsigaye ndusha abigisha banje bose ugutahura kwimbitse+,Kuko ivyibutsa vyawe ari ikintu nitwararika+.
15 Abayuda baratangara rero, bavuga bati: “Uyu muntu yamenye gute ivy’indome+, kandi atize mu mashure+?”