Ivyakozwe 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 umuntu yubaha Imana+ kandi akayitinya+ ari kumwe n’urugo rwiwe rwose, kandi agafasha cane aboro+, akaba kandi yama atakambira Imana+. 2 Abakorinto 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ahubwo nshaka yuko biciye ku kunganya, umusesekara wanyu ubu wokwuzuriza ugukehanirwa kwabo, kugira ngo umusesekara wabo na wo uze kwuzuriza ugukehanirwa kwanyu, kugira habe ukunganya+. 1 Timoteyo 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+, Yakobo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimba mwene wacu canke mushiki wacu ari gusa kandi akenye ibifungurwa bikwiranye n’umusi+, 1 Yohani 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?
2 umuntu yubaha Imana+ kandi akayitinya+ ari kumwe n’urugo rwiwe rwose, kandi agafasha cane aboro+, akaba kandi yama atakambira Imana+.
14 ahubwo nshaka yuko biciye ku kunganya, umusesekara wanyu ubu wokwuzuriza ugukehanirwa kwabo, kugira ngo umusesekara wabo na wo uze kwuzuriza ugukehanirwa kwanyu, kugira habe ukunganya+.
18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+,
17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?