Matayo 21:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko Yohani yaje kuri mwebwe mu nzira y’ubugororotsi+, mugabo ntimwamwemera+. Ariko abatozakori n’abamaraya baramwemeye+, mugabo mwebwe, naho ivyo mwabibonye, ntimwicujije mu nyuma ngo mumwemere. Luka 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 (Abantu bose be n’abatozakori, aho bavyumviye, bamenyesha ko Imana igororotse+, bakaba bari babatijwe ibatisimu ya Yohani+.
32 Kuko Yohani yaje kuri mwebwe mu nzira y’ubugororotsi+, mugabo ntimwamwemera+. Ariko abatozakori n’abamaraya baramwemeye+, mugabo mwebwe, naho ivyo mwabibonye, ntimwicujije mu nyuma ngo mumwemere.
29 (Abantu bose be n’abatozakori, aho bavyumviye, bamenyesha ko Imana igororotse+, bakaba bari babatijwe ibatisimu ya Yohani+.