Yohani 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ubu iyi si iraciriwe urubanza; ubu umutware+ w’iyi si agira atabwe hanze+. Yohani 14:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Sinkivugana vyinshi namwe, kuko umutware+ w’isi ariko araza. Kandi nta bubasha amfiseko+, Abanyefeso 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.
2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.