Zaburi 103:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+, Ivyakozwe 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo se wa Pubiliyo yari aryamye arembejwe n’inyonko n’amacinya, hanyuma Paulo yinjira iwe arasenga, amurambikako ibiganza+ aramukiza+.
3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+, Ivyakozwe 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo se wa Pubiliyo yari aryamye arembejwe n’inyonko n’amacinya, hanyuma Paulo yinjira iwe arasenga, amurambikako ibiganza+ aramukiza+.
8 Mugabo se wa Pubiliyo yari aryamye arembejwe n’inyonko n’amacinya, hanyuma Paulo yinjira iwe arasenga, amurambikako ibiganza+ aramukiza+.