Matayo 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bamwebamwe mu banditsi baca bibwira bati: “Uyu muntu ariko ararogota+.” Mariko 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kubera iki uyu mugabo avuga gutyo? Ararogose. Ni nde ashoboye kubabarira ibicumuro atari umwe, ari we Mana+?”
7 “Kubera iki uyu mugabo avuga gutyo? Ararogose. Ni nde ashoboye kubabarira ibicumuro atari umwe, ari we Mana+?”