Matayo 26:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Maze umuherezi mukuru atantamura impuzu ziwe zo hejuru, avuga ati: “Ararogose+! Turacakenerera iki ibindi vyabona+? Raba! Ubu ho muriyumviye ingene arogose+. Mariko 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kubera iki uyu mugabo avuga gutyo? Ararogose. Ni nde ashoboye kubabarira ibicumuro atari umwe, ari we Mana+?” Luka 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuri ivyo, abanditsi n’Abafarizayo batangura kwiyumvira, bavuga bati: “Ni nde uyo avuga ibirogotano+? Ni nde ashobora kubabarira ibicumuro atari Imana yonyene+?”
65 Maze umuherezi mukuru atantamura impuzu ziwe zo hejuru, avuga ati: “Ararogose+! Turacakenerera iki ibindi vyabona+? Raba! Ubu ho muriyumviye ingene arogose+.
7 “Kubera iki uyu mugabo avuga gutyo? Ararogose. Ni nde ashoboye kubabarira ibicumuro atari umwe, ari we Mana+?”
21 Kuri ivyo, abanditsi n’Abafarizayo batangura kwiyumvira, bavuga bati: “Ni nde uyo avuga ibirogotano+? Ni nde ashobora kubabarira ibicumuro atari Imana yonyene+?”