Matayo 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Yohani, amaze kwumvira mw’ibohero+ ivyerekeye ibikorwa Kristu akora, arungika abigishwa biwe Yohani 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko baza kuri Yohani, bamubwira bati: “Rabi, wa muntu yari kumwe nawe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe+, raba ariko arabatiza, kandi bose bariko baja kuri we+.”
2 Mugabo Yohani, amaze kwumvira mw’ibohero+ ivyerekeye ibikorwa Kristu akora, arungika abigishwa biwe
26 Nuko baza kuri Yohani, bamubwira bati: “Rabi, wa muntu yari kumwe nawe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe+, raba ariko arabatiza, kandi bose bariko baja kuri we+.”