Yesaya 40:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga+ ati: “Nimutunganye inzira ya Yehova+! Nimugororere Imana yacu inzira y’ikirari ica mu kiyaya c’ubugaragwa+. Matayo 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uwo ni we handitswe ku bimwerekeye ngo: ‘Ehe jewe ntumye intumwa yanje imbere yawe, ni yo izogutegurira inzira imbere yawe+!’ Luka 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kandi benshi muri bene Isirayeli azobagarukana kuri Yehova+ Imana yabo. Yohani 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Avuga ati: “Ndi ijwi ry’umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimugorore inzira ya Yehova,’ nk’uko Yesaya umuhanuzi yavuze+.”
3 Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga+ ati: “Nimutunganye inzira ya Yehova+! Nimugororere Imana yacu inzira y’ikirari ica mu kiyaya c’ubugaragwa+.
10 Uwo ni we handitswe ku bimwerekeye ngo: ‘Ehe jewe ntumye intumwa yanje imbere yawe, ni yo izogutegurira inzira imbere yawe+!’
23 Avuga ati: “Ndi ijwi ry’umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimugorore inzira ya Yehova,’ nk’uko Yesaya umuhanuzi yavuze+.”