Yesaya 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni co gituma Yehova ubwiwe azobaha ikimenyetso: Raba! Umwigeme+ azokwibungenga koko+, avyare umuhungu+, kandi azomwita Emanweli. Matayo 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo ntiyaryamanye+ na we gushika avyaye umwana w’umuhungu+; araheza amwita Yezu+.
14 Ni co gituma Yehova ubwiwe azobaha ikimenyetso: Raba! Umwigeme+ azokwibungenga koko+, avyare umuhungu+, kandi azomwita Emanweli.