Abanyefeso 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vyongeye, ni mwebwe Imana yagize bazima naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu n’ibicumuro vyanyu+, 1 Timoteyo 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo uwihebera ukuryoherwa kw’umubiri+ aba yarapfuye+ naho ari muzima.
2 Vyongeye, ni mwebwe Imana yagize bazima naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu n’ibicumuro vyanyu+,