ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 8:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Yezu amubwira ati: “Guma unkurikira, ureke abapfu bahambe abapfu babo+.”

  • Abakolosayi 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ikigeretseko, naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu, Imana yarabagize bazima hamwe na we+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,

  • 1 Timoteyo 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo uwihebera ukuryoherwa kw’umubiri+ aba yarapfuye+ naho ari muzima.

  • 1 Petero 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nkako, ico ni co catumye inkuru nziza imenyeshwa no ku bapfuye+, kugira ngo bacirwe urubanza ku bijanye n’umubiri nk’uko abantu babona ibintu+, mugabo babeho ku bijanye n’impwemu+ nk’uko Imana ibona ibintu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika