Luka 9:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 Mugabo amubwira ati: “Reka abapfu+ bahambe abapfu babo, mugabo wewe genda umenyekanishe hose ubwami bw’Imana+.” Yohani 1:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Bukeye, yipfuza kuja i Galilaya. Nuko Yezu abona Filipo+, amubwira ati: “Nkurikira+.” Abaroma 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Eka ntimunabandanye gushikiriza ibihimba vyanyu igicumuro+ nk’ibirwanisho vy’ukutagororoka+, ahubwo mwishikirize Imana nk’abazima+ bavuye mu bapfuye, n’ibihimba vyanyu mubishikirize Imana nk’ibirwanisho+ vy’ukugororoka.
60 Mugabo amubwira ati: “Reka abapfu+ bahambe abapfu babo, mugabo wewe genda umenyekanishe hose ubwami bw’Imana+.”
13 Eka ntimunabandanye gushikiriza ibihimba vyanyu igicumuro+ nk’ibirwanisho vy’ukutagororoka+, ahubwo mwishikirize Imana nk’abazima+ bavuye mu bapfuye, n’ibihimba vyanyu mubishikirize Imana nk’ibirwanisho+ vy’ukugororoka.