Matayo 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hanyuma Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abona umuntu yitwa Matayo yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira+.” Aca arahaguruka aramukurikira+. Ivyahishuwe 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama,
9 Hanyuma Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abona umuntu yitwa Matayo yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira+.” Aca arahaguruka aramukurikira+.
4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama,