1 Abami 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Aca asiga nya mashūri, yiruka inyuma ya Eliya maze avuga ati: “Ndakwinginze ureke nsome dawe na mawe+. Ndaheza ngukurikire.” Aca amubwira ati: “Genda, subira inyuma; nakare nkugize iki?” Luka 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ni ko bimeze rero, uwo wese muri mwebwe adasezeye ivyo atunze vyose+ ntashobora kuba umwigishwa wanje.
20 Aca asiga nya mashūri, yiruka inyuma ya Eliya maze avuga ati: “Ndakwinginze ureke nsome dawe na mawe+. Ndaheza ngukurikire.” Aca amubwira ati: “Genda, subira inyuma; nakare nkugize iki?”
33 Ni ko bimeze rero, uwo wese muri mwebwe adasezeye ivyo atunze vyose+ ntashobora kuba umwigishwa wanje.