Matayo 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze Petero amwishura ati: “Ehe twebwe twarasize vyose turagukurikira; none vy’ukuri tuzohakura iki+?” Luka 9:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Yezu amubwira ati: “Nta muntu ashize ukuboko kw’isuka irimishwa n’ibitungwa+ araba ibiri inyuma+, abereye ubwami bw’Imana.” Abafilipi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara ivyahora ari inyungu kuri jewe, nabibonye nk’uruhombo kubera Kristu+.
27 Maze Petero amwishura ati: “Ehe twebwe twarasize vyose turagukurikira; none vy’ukuri tuzohakura iki+?”
62 Yezu amubwira ati: “Nta muntu ashize ukuboko kw’isuka irimishwa n’ibitungwa+ araba ibiri inyuma+, abereye ubwami bw’Imana.”