Itanguriro 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzoshira inyankane+ hagati yawe+ na wa mugore+ no hagati y’uruvyaro*+ rwawe n’uruvyaro+ rwiwe. Uyo*+ azogukomeretsa mu mutwe+, nawe+ uzomukomeretsa+ ku gitsintsiri+.” Zaburi 91:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uzohonyanga intambwe y’umukangara be n’imvuvyi+;Uzokandagira intambwe y’umukangara y’umugāra na ca kiyoka kinini+.
15 Nzoshira inyankane+ hagati yawe+ na wa mugore+ no hagati y’uruvyaro*+ rwawe n’uruvyaro+ rwiwe. Uyo*+ azogukomeretsa mu mutwe+, nawe+ uzomukomeretsa+ ku gitsintsiri+.”
13 Uzohonyanga intambwe y’umukangara be n’imvuvyi+;Uzokandagira intambwe y’umukangara y’umugāra na ca kiyoka kinini+.