Itanguriro 49:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Dani nabe inzoka iruhande y’ibarabara, inzoka y’amahembe iruhande y’inzira, ikomora ibitsintsiri vy’ifarasi ku buryo uwuyigenderako agwira umugongo+. Luka 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ehe ndabahaye ububasha bwo guhonyangira munsi y’ibirenge inzoka+ n’utumina+, be n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizogenda kibagiriye nabi.
17 Dani nabe inzoka iruhande y’ibarabara, inzoka y’amahembe iruhande y’inzira, ikomora ibitsintsiri vy’ifarasi ku buryo uwuyigenderako agwira umugongo+.
19 Ehe ndabahaye ububasha bwo guhonyangira munsi y’ibirenge inzoka+ n’utumina+, be n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizogenda kibagiriye nabi.