Matayo 26:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Abafashe Yezu bamujana kwa Kayifa+ umuherezi mukuru, ari na ho abanditsi n’abagabo b’inararibonye bari bakoraniye+.
57 Abafashe Yezu bamujana kwa Kayifa+ umuherezi mukuru, ari na ho abanditsi n’abagabo b’inararibonye bari bakoraniye+.