Matayo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Muri iyo misi Yohani Umubatizi+ aza yamamaza mu gahinga+ k’i Yudaya, Luka 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko nya mumarayika amubwira ati: “Ntutinye, Zekariya, kubera ko ugutakamba kwawe kwumviswe+, kandi umugore wawe Elizabeti azokuvyarira umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yohani+.
13 Ariko nya mumarayika amubwira ati: “Ntutinye, Zekariya, kubera ko ugutakamba kwawe kwumviswe+, kandi umugore wawe Elizabeti azokuvyarira umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yohani+.