2 Abakorinto 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kuko tugenda twisunga ukwizera, tutisunga ibiboneka+. 1 Petero 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Naho mutigeze mumubona, muramukunda+. Naho mutamubona muri iki gihe, ntikibuza yuko mumwizera kandi mukanezerwa cane akanyamuneza katavugwa kandi kaninahajwe,
8 Naho mutigeze mumubona, muramukunda+. Naho mutamubona muri iki gihe, ntikibuza yuko mumwizera kandi mukanezerwa cane akanyamuneza katavugwa kandi kaninahajwe,