Abaroma 8:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko twakijijwe muri ico cizigiro+; mugabo icizigiro umuntu abona si icizigiro, kuko iyo umuntu abona ikintu, none yocizigira? 2 Abakorinto 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 mu gihe tugumiza amaso yacu, atari ku biboneka, ahubwo ku bitaboneka+. Kuko ibiboneka ari ivy’igihe gito+, mugabo ibitaboneka bikaba ivy’ibihe bidahera+.
24 Kuko twakijijwe muri ico cizigiro+; mugabo icizigiro umuntu abona si icizigiro, kuko iyo umuntu abona ikintu, none yocizigira?
18 mu gihe tugumiza amaso yacu, atari ku biboneka, ahubwo ku bitaboneka+. Kuko ibiboneka ari ivy’igihe gito+, mugabo ibitaboneka bikaba ivy’ibihe bidahera+.