Abaroma 8:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ni nde azobatsindisha? Kristu Yezu ni we yapfuye, egome, nako ni we yazuwe mu bapfuye, akaba ari iburyo+ bw’Imana, ari na we kandi atakamba ku bwacu+. 2 Abakorinto 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kuko tugenda twisunga ukwizera, tutisunga ibiboneka+. Abaheburayo 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ukwizera+ ni ukwitega ata mazinda ibintu vyizigiwe+, iyerekanwa riboneka ry’ibintu biriho koko naho bitabonwa+.
34 Ni nde azobatsindisha? Kristu Yezu ni we yapfuye, egome, nako ni we yazuwe mu bapfuye, akaba ari iburyo+ bw’Imana, ari na we kandi atakamba ku bwacu+.
11 Ukwizera+ ni ukwitega ata mazinda ibintu vyizigiwe+, iyerekanwa riboneka ry’ibintu biriho koko naho bitabonwa+.