Luka 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Intumwa zibwira Umukama ziti: “Twongerereze ukwizera+.” Luka 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndabibabwiye: Izotuma batunganirizwa ningoga+. Yamara none, Umwana w’umuntu niyashika, azosanga vy’ukuri ukwizera* kw’isi?” Abagalatiya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Vyongeye, ivy’uko ata n’umwe yitwa umugororotsi+ ku Mana bivuye kw’itegeko biribonekeza, kuko “umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera+.”
8 Ndabibabwiye: Izotuma batunganirizwa ningoga+. Yamara none, Umwana w’umuntu niyashika, azosanga vy’ukuri ukwizera* kw’isi?”
11 Vyongeye, ivy’uko ata n’umwe yitwa umugororotsi+ ku Mana bivuye kw’itegeko biribonekeza, kuko “umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera+.”