ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 95:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Kuko ari Imana yacu, natwe tukaba abantu bo mu buragiriro bwayo n’intama zo mu kuboko kwayo+.

      Uno musi nimwumviriza ijwi ryiwe+,

  • Matayo 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye z’inzu ya Isirayeli+.

  • Ivyakozwe 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko muri iyo misi Petero arahaguruka hagati ya bene wabo, (nya sinzi ryose hamwe ryari rigizwe n’abantu nk’ijana na mirongo ibiri) avuga ati:

  • Ivyakozwe 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo Petero ahagurukana na bamwe cumi n’umwe+ hanyuma ashira ijwi hejuru, ababwira iri jambo ati: “Bagabo b’i Yudaya namwe mwese ababa i Yeruzalemu+, nimumenye ibi kandi mutege ugutwi amajambo yanje.

  • Abaheburayo 13:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ya Mana y’amahoro+ rero, imwe yakura mu bapfuye+ wa mwungere+ mukuru w’intama+ ikoresheje amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera+, Umukama wacu Yezu,

  • 1 Petero 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika