Itanguriro 33:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze yironsa mu kuboko kwa bene Hamori se wa Shekemu igice c’itongo yashinzemwo ihema ryiwe, ku bice ijana vy’amahera+. Itanguriro 48:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo jewe, nguhaye igihimba kimwe* c’igihugu kuruta bene wanyu+, ico nakuye mu kuboko kw’Abamori nkoresheje inkota yanje n’umuheto wanje.” Yosuwa 24:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi amagufa ya Yozefu+, ayo bene Isirayeli bari baraduganye bayakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mu gice c’itongo Yakobo yari yaguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku bice ijana vy’amahera+; kiraheza cegukira bene Yozefu bwa ntoranwa+.
19 Maze yironsa mu kuboko kwa bene Hamori se wa Shekemu igice c’itongo yashinzemwo ihema ryiwe, ku bice ijana vy’amahera+.
22 Nayo jewe, nguhaye igihimba kimwe* c’igihugu kuruta bene wanyu+, ico nakuye mu kuboko kw’Abamori nkoresheje inkota yanje n’umuheto wanje.”
32 Kandi amagufa ya Yozefu+, ayo bene Isirayeli bari baraduganye bayakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mu gice c’itongo Yakobo yari yaguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku bice ijana vy’amahera+; kiraheza cegukira bene Yozefu bwa ntoranwa+.