ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntimuzobura kuvoma amazi mu mbizi z’ubukiriro, mwigina+.

  • Yeremiya 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 ‘kuko hari ibintu bibiri bibi abantu banje bakoze: Barampevye+, jewe sôko ry’amazi mazima+, kugira ngo biyimbire amatangi, amatangi yatobotse adashobora kubika amazi.’

  • Zakariya 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Kuri uwo musi+, inzu ya Dawidi n’ababa i Yeruzalemu bazokwimbirwa iriba+ ryo kubuhagira igicumuro+ be n’ikintu co kuzinukwa+.

  • Zakariya 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuri uwo musi, amazi mazima+ azova i Yeruzalemu+, igice kimwe cayo kije mu kiyaga co mu buseruko+, ikindi na co kije mu kiyaga co mu burengero+. Ivyo bizoba mu ci no mu rushana+.

  • Yohani 7:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Ku musi wa nyuma, ari wo uhambaye kuri uwo musi mukuru+, Yezu arahagarara, arasemerera ati: “Nimba hari uwunyotewe+, naze kuri jewe anywe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika