Matayo 12:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Akiriko arabwira iryo sinzi, nyina wiwe na bene wabo+ bahagarara hanze barondera kuvugana na we. Mariko 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwene wabo na Yakobo+ na Yozefu na Yuda na Simoni+? Bashikiwe na bo ntibari ng’aha kumwe natwe?” Nuko batangura gutsitara kubera we+. Luka 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Buno nyina wiwe na bene wabo+ baza bamugana, mugabo ntibashobora kumushikira kubera isinzi+. Yohani 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi. Ivyakozwe 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga+ bahuje inama, bari kumwe n’abagore bamwe+, na Mariya nyina wa Yezu na bene wabo+. Abagalatiya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko nta wundi nabonye mu ntumwa, atari Yakobo+ mwene wabo+ n’Umukama.
3 Uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwene wabo na Yakobo+ na Yozefu na Yuda na Simoni+? Bashikiwe na bo ntibari ng’aha kumwe natwe?” Nuko batangura gutsitara kubera we+.
12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi.
14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga+ bahuje inama, bari kumwe n’abagore bamwe+, na Mariya nyina wa Yezu na bene wabo+.