Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana.
18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana.