Luka 22:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Igihe nari kumwe namwe mu rusengero+ imisi yose ntimwaramvuye amaboko ngo mumfate+. Mugabo iyi ni yo saha+ yanyu, kandi ni bwo bubasha+ bw’umwiza+.” Yohani 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ayo majambo yayavugiye mw’ishikaniro+ igihe yariko yigisha mu rusengero. Mugabo nta n’umwe yamufashe+, kuko isaha+ yiwe itari bwagere.
53 Igihe nari kumwe namwe mu rusengero+ imisi yose ntimwaramvuye amaboko ngo mumfate+. Mugabo iyi ni yo saha+ yanyu, kandi ni bwo bubasha+ bw’umwiza+.”
20 Ayo majambo yayavugiye mw’ishikaniro+ igihe yariko yigisha mu rusengero. Mugabo nta n’umwe yamufashe+, kuko isaha+ yiwe itari bwagere.