Yohani 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bana bato+, ndacari kumwe namwe kandi gatoyi. Muzondondera; kandi nk’uko nabwiye Abayuda nti: ‘Iyo nja ntimushobora kuhaza+,’ na mwebwe ndabibabwiye ubu. Yohani 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu kanya gatoyi ntimuzoba mukimbona+, kandi mu kanya gatoyi muzokwongera kumbona.”
33 Bana bato+, ndacari kumwe namwe kandi gatoyi. Muzondondera; kandi nk’uko nabwiye Abayuda nti: ‘Iyo nja ntimushobora kuhaza+,’ na mwebwe ndabibabwiye ubu.