Yohani 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Muzondondera+, mugabo ntimuzombona, kandi aho nzoba ndi ntimushobora kuhaza+.” Yohani 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ku bw’ivyo rero yongera kubabwira ati: “Ndiko ndagenda, kandi muzondondera+, yamara muzopfira mu gicumuro canyu+. Iyo ndiko ndaja ntimushobora kuhaza.”
21 Ku bw’ivyo rero yongera kubabwira ati: “Ndiko ndagenda, kandi muzondondera+, yamara muzopfira mu gicumuro canyu+. Iyo ndiko ndaja ntimushobora kuhaza.”