Zakariya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “‘None ba so bari hehe+? Abahanuzi bo+, mbega babandanije kubaho gushika igihe kitagira urugero? Ivyakozwe 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Bagabo, bene wacu, nta kimbuza kubabwirana umwidegemvyo wo kuvuga ku vyerekeye wa mukuru w’umuryango Dawidi, yuko yahwereye+ agahambwa, n’imva yiwe ikaba iri muri twebwe gushika n’uno musi. Abaheburayo 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.
29 “Bagabo, bene wacu, nta kimbuza kubabwirana umwidegemvyo wo kuvuga ku vyerekeye wa mukuru w’umuryango Dawidi, yuko yahwereye+ agahambwa, n’imva yiwe ikaba iri muri twebwe gushika n’uno musi.
13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.