Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana. Abafilipi 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uyo naho yari ameze nk’Imana+, ntiyiyumviriye kunyaga ubukuru, ngo arondere kungana n’Imana+.
18 Emwe, Abayuda baca barushirizaho kurondera kumwica+, kubera ko atariko arenga kw’Isabato gusa ahubwo kandi yariko yita Imana ngo ni Se+ wiwe bwite, akigira uwungana+ n’Imana.