Matayo 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yakobo avyara Yozefu umugabo wa Mariya umwe yavyara Yezu+, uwitwa Kristu+. Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda? Luka 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Na Yozefu araduga avuye i Galilaya, mu gisagara ca Nazareti, aja i Yudaya mu gisagara ca Dawidi citwa Betelehemu+, kuko yari uwo mu nzu ya Dawidi no mu muryango wiwe+,
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, bene wabo na bo si Yakobo na Yozefu na Simoni na Yuda?
4 Na Yozefu araduga avuye i Galilaya, mu gisagara ca Nazareti, aja i Yudaya mu gisagara ca Dawidi citwa Betelehemu+, kuko yari uwo mu nzu ya Dawidi no mu muryango wiwe+,