Yohani 13:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Simoni Petero amubwira ati: “Mukama, uriko uja hehe?” Yezu yishura ati: “Iyo ndiko ndaja ntushobora kunkurikira ubu, mugabo uzonkurikira mu nyuma+.”
36 Simoni Petero amubwira ati: “Mukama, uriko uja hehe?” Yezu yishura ati: “Iyo ndiko ndaja ntushobora kunkurikira ubu, mugabo uzonkurikira mu nyuma+.”