Abaroma 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ukwizera rero kuva ku co umuntu yumvise+. Ico umuntu yumvise na co kizanwa n’ijambo ryerekeye Kristu+. 1 Yohani 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kimwe twabona kandi tukumva ni na co turiko turabamenyesha+, kugira ngo namwe musangire natwe+. Ikigeretseko, ukwo gusangira+ kwacu kugirwa hamwe na Data be n’Umwana wiwe Yezu Kristu+.
17 Ukwizera rero kuva ku co umuntu yumvise+. Ico umuntu yumvise na co kizanwa n’ijambo ryerekeye Kristu+.
3 kimwe twabona kandi tukumva ni na co turiko turabamenyesha+, kugira ngo namwe musangire natwe+. Ikigeretseko, ukwo gusangira+ kwacu kugirwa hamwe na Data be n’Umwana wiwe Yezu Kristu+.