2 Abakorinto 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko tudashaka ko mutamenya, bene wacu, ivy’amakuba yadushikiye mu ntara ya Aziya+, yuko twari turemerewe bihebuje, birengeye inkomezi zacu, ku buryo twahagaritse umutima cane no ku vyerekeye ubuzima bwacu+.
8 Kuko tudashaka ko mutamenya, bene wacu, ivy’amakuba yadushikiye mu ntara ya Aziya+, yuko twari turemerewe bihebuje, birengeye inkomezi zacu, ku buryo twahagaritse umutima cane no ku vyerekeye ubuzima bwacu+.