ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 19:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Muri ico gihe nyene havyuka uruhagarara rukomeye+ ku vyerekeye Ya Nzira+.

  • 1 Abakorinto 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nimba cokimwe n’abantu nararwaniye n’ibikoko i Efeso+, bimariye iki? Nimba abapfuye batazurwa, “twirire twinywere, kuko ejo tuzopfa+.”

  • 1 Abakorinto 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 kuko nugururiwe umuryango munini uja ku gikorwa+, ariko abarwanizi ni benshi.

  • 2 Abakorinto 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika