-
Ivyakozwe 13:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 kandi yari kumwe na buramatari Serejiyo Paulosi, umugabo aciye ubwenge. Uwo mugabo ahamagara Barunaba na Sauli, aronderana igishika kwumva ijambo ry’Imana.
-