Luka 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Pilato abwira abakuru b’abaherezi n’amasinzi ati: “Nta caha mbona muri uyu muntu+.” Ivyakozwe 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo nabonye ko ata kintu na kimwe yari yakoze gikwiriye kumwicisha+. Aho rero uyu mugabo ubwiwe yungururije+ kwa Nyeningoma, nafashe ingingo yo kumurungika.
25 Mugabo nabonye ko ata kintu na kimwe yari yakoze gikwiriye kumwicisha+. Aho rero uyu mugabo ubwiwe yungururije+ kwa Nyeningoma, nafashe ingingo yo kumurungika.