Ivyakozwe 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo aho Paulo yungururije+ agasaba kuguma acunzwe arindiriye ingingo ifatwa na Nyeningoma, nategetse ko aguma acunzwe gushika ndamurungike kwa Sezari.” Ivyakozwe 26:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Vyongeye, Agiripa abwira Fesito ati: “Uyu muntu yari kurekurwa iyo ataba yungururije+ kwa Sezari.”
21 Mugabo aho Paulo yungururije+ agasaba kuguma acunzwe arindiriye ingingo ifatwa na Nyeningoma, nategetse ko aguma acunzwe gushika ndamurungike kwa Sezari.”
32 Vyongeye, Agiripa abwira Fesito ati: “Uyu muntu yari kurekurwa iyo ataba yungururije+ kwa Sezari.”