Ivyakozwe 27:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Haciye igihe kirekire birinda ibifungurwa, Paulo araheza ahagarara hagati muri bo+, avuga ati: “Bagabo, mwari kuba mwumviye impanuro yanje ntimufate ikiyaga muvuye i Kirete ngo mugire ibi vyago n’uru ruhombo+.
21 Haciye igihe kirekire birinda ibifungurwa, Paulo araheza ahagarara hagati muri bo+, avuga ati: “Bagabo, mwari kuba mwumviye impanuro yanje ntimufate ikiyaga muvuye i Kirete ngo mugire ibi vyago n’uru ruhombo+.