Ivyakozwe 27:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ababwira ati: “Bagabo, ndabona yuko kugendera ku mazi biza kubamwo ivyago n’uruhombo rukomeye atari ku mizigo n’ubwato gusa ariko no ku buzima bwacu+.”
10 ababwira ati: “Bagabo, ndabona yuko kugendera ku mazi biza kubamwo ivyago n’uruhombo rukomeye atari ku mizigo n’ubwato gusa ariko no ku buzima bwacu+.”